Philbyte Promoter

16/01/2023

by Alvin smith ft Juno Kizigenza (Official video)

15/12/2022

SOBA by Trey zo & Rappy boy (official video)

15/12/2022

NDIMUNYiSHU by el pro (official music video)

♂️ Umuririmvyi Sat-B ejo hahise niho yashira kurubuga rwiwe rwa YouTube indirimbo yise   irikumwe n'amashusho,aho ubona ...
10/12/2022

♂️ Umuririmvyi Sat-B ejo hahise niho yashira kurubuga rwiwe rwa YouTube indirimbo yise irikumwe n'amashusho,aho ubona ko ubu tuvugana imaze amasaha icumi kuri urwo rubuga..

♂️ Ibi rero ni bimwe muvyagiye biravugisha bamwe mu bakunzi b'uwo muririmvyi aho bidogeye cane uno muririmvyi ngo kuko yabashije gushira ayo mashusho yiyo ndirimbo mugihe bamwe bari bibereye muri Quatar birebera inkino z'igikombe c'isi. 😂.

♂️ Turavye uko ibintu vyifashe kumpande zose kubijanye n'uno muririmvyi bivanye nivyo amaze gukora ndetse n'abasanzwe bamukurikiranira kuri urwo rubuga nyene rwa YouTube, biraboneka ko ino ndirimbo itariko iraduga kurugero rushimishije nk'uko bamwe mu bakunzi b'umuziki w'uburundi bari bavyiteze..🤷.

Ese wibaza ko ariki coba kiriko kiratuma ino vidéo itaduga cane kandi imeze neza kumpande zose ???

Kora S'abonner udushigikire kuri page yacu mukanya ndaje n'ayandi makuru atandukanye 🇧🇮👏.

07/12/2022

Ndaberewe by Kidum ft Miss Erica (Officier music video)

🔴 Mu gatondo ko kur'uyu wambere igikamyo kinini gihejeje kugonga imodoka zitatu icarimwe📍 Iryo sanganya ryabereye kuri r...
05/12/2022

🔴 Mu gatondo ko kur'uyu wambere igikamyo kinini gihejeje kugonga imodoka zitatu icarimwe

📍 Iryo sanganya ryabereye kuri rond point ya Gard du nord muri komine . Ico gikamiyo cabuze amafire kuva kiri aho bita "Iwabo n'abantu" kigeze kuri Gard du nord muri rond point kica giseka izo modokari zitatu. Iyi kamiyo yagiye guhagarara igeze hepfo kuri Regideso

🙏🏾 Imana yakinze ntawahakomerekeye ariko biboneka ko izo modoka zagonzwe zononekaye cane

01/12/2022

Kingorongoro_-_HATOKOMBERE_(Feat._T_Max_,_Ine
s_Raguel_&_Masterland_)_[Official_Music_Video](360p)

Repost from  📣 Hello Afrika European Tour 2023🚨🇸🇪🇩🇰🇧🇪🇫🇷🇳🇴Am coming to a city near you!!!Stay ready
29/11/2022

Repost from
📣 Hello Afrika European Tour 2023🚨
🇸🇪🇩🇰🇧🇪🇫🇷🇳🇴Am coming to a city near you!!!
Stay ready

Love me back by Sat-B is trending for 24 hits new  music on boomplay ihangiro rinini dushaka mumuziki wacu nuko twobona ...
26/11/2022

Love me back by Sat-B is trending for 24 hits new music on boomplay ihangiro rinini dushaka mumuziki wacu nuko twobona aha ba Wizkid bari imbere yacu twobashikira ndetse tukanabasiga uku kuntu hello Afrika yaje imeze ndayigereranije na More Love Less Ego wallh ntaravye ngo nuko ari umurundi hello Afrika nurwego kuri more love less ego but wewe uze kubifata nkuko uvyumva kuko ndazi niyo more love less ego ushobora kuba utarayumviriza canke iya Sat-B utarayumva ariko indirimbo zirimwo iza Sat-b Daily zirakaze gusumba

23/11/2022

MB_Data_-_Malokwe_[Official_video](144p)

23/11/2022

Reka bivugwe by Eric Tuyi ft ines Raguel (official video (

😍Wa murundikazi wacu   lauria NISHIMWE muri rya higanwa arimwo rya "miss earth" mu gihugu amatora yamaze gutangura aho a...
23/11/2022

😍Wa murundikazi wacu lauria NISHIMWE muri rya higanwa arimwo rya "miss earth" mu gihugu amatora yamaze gutangura aho ariko abera k'urubuga rwitwa kumu , akaba akeneye amajwi y'abarundi n'abarundikazi kugira ashobore gutahukana iryo higanwa gutyo ibendera ry'uburundi rihungabane mu makungu.
cangaha umutore
https://www.facebook.com/599316740192350/posts/4205264392930882/?app=fbl
✍Mu kumutora uca kuri runo rubuga rwitwa "kumu" ugahita uraba ishusho yiwe ugaca ufyondako "j'aime" bishobotse na commentaire ukaba umuhaye amahirwe yo gutahukana iryo higanwa.

https://www.facebook.com/599316740192350/posts/4205264392930882/?app=fbl

20/11/2022

Iyi page je narahiye arije nkikiyifise nzokwama ndabereka abana bigihugu bakaze umviriza uyumwana vrt ? atandukaniyehe naba D_One na Drama_T


Uyu musore arazi kwandika,kuvuza guitar no kuririmba nkuko
muvyumva.Ndakeneye kubona yateye intambwe.
Ubufasha ubwaribwo bwose burakenewe kuriwe.

Bonne nouvelle RTNB yagiye muma télévision yahawe uruhusha yukuzokwerekana match za coupe du monde zuyumwaka 😍😍
14/11/2022

Bonne nouvelle
RTNB yagiye muma télévision yahawe uruhusha yukuzokwerekana match za coupe du monde zuyumwaka 😍😍

🚨 Kumazina yiwe y'amavuko bamwita NKUNZIMANA Patrick ariko bivanye n'uko yakunda abaririmvyi b'abarundi akanakunda n'i n...
14/11/2022

🚨 Kumazina yiwe y'amavuko bamwita NKUNZIMANA Patrick ariko bivanye n'uko yakunda abaririmvyi b'abarundi akanakunda n'i ndirimbo zabo aca yiyita "DJ Pathman",
Aho yarafise aga studio impande yo muhira iwabo agakunda kuvuza cane zimwe mu ndirimbo z'abaririmvyi b'abarundi nka Sat-B , Big Fizzo , , , Mt number one , , Amisi, Kidum Kibido , ndetse na Yoya Jamali kuva muntara ya Muyinga..

🚨 Icagiye gutangaza abantu beshi rero ,ni ukuntu yahamagawe n'umwe mu baririmvyikazi dusanzwe tuzi cane ngaha mu Burundi ariwe
Belle 9ice ,
Aho Uno mu fan wiwe Pathman yagizr nk'uku yumva aga téléphone karasonye acitaba yumva abajijwe ngo "Ni wewe DJ Pathman" nawe ati "ego ni jewe",

🚨 Niho rero babashije kuba bohura Maze uno muririmvyi belle aca amuha agashimwe (cadeaux), biboneka ko harimwo nka téléphone iPhone canke amafaranga kuko karagereranije cane...😀.

Ese wewe nk'umu fan w'umwe mu baririmvyi bo ngaha mu gihugu cacu ciza c'uburundi🇧🇮,ubona nawe hazogera aho uhamagarwa ugahabwa agashimwe nk'uyu mu fan wa ??

Akajambo kamwe kuri "DJ Pathman" umukunzi wa Entertainment +257🇧🇮🥰

Kora S'abonner udushigikire kuri page yacu mukanya ndaje n'ayandi makuru atandukanye 🇧🇮👏.




  : Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Varisito NDAYISHIMIYE ahejeje kwinjira ku rubuga koraniro rwakozwe n’Umurundi benshi ba...
14/11/2022

: Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Varisito NDAYISHIMIYE ahejeje kwinjira ku rubuga koraniro rwakozwe n’Umurundi benshi bazi kw’Izina rya GASAPE. Urwo rubuga rukora nkuko Facebook isanzwe ikora rukaba rwitwa GASAPE SN.

✍️Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Varisito NDAYISHIMIYE akaba yahamagariye abandi Barundi ku mushigikira no gukunda ivyacu.

🟥 UMURIRIMVYI SAT-B YARAYE AHAWE ICUMU RIMUGARAGAZA NK’INGABO NYOTO IFISE UBUSHOBOZI BWO GUHAGARIRA UMUZIKI W’UBURUNDI.
14/11/2022

🟥 UMURIRIMVYI SAT-B YARAYE AHAWE ICUMU
RIMUGARAGAZA NK’INGABO NYOTO IFISE UBUSHOBOZI BWO GUHAGARIRA UMUZIKI W’UBURUNDI.

14/11/2022

Address

Bujumbura

Telephone

+25761425951

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Philbyte Promoter posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Philbyte Promoter:

Videos

Share



You may also like