05/04/2024
🌅Obed ZAWADI n'umurongozi, umuririmvyi akaba n'umwanditsi w'indirimbo zo guhimbaza no gutazira Imana.
🔴Yinjiye mwisengero rya Life Center Burundi mumwaka wa 2013 akaba ariho yatanguriye urugendo rwiwe mubijanye n'umuziki.
📌yarabaye m'umugwi w'abaririmvyi biryo sengero aba n'umuyobozi wawo ndetse gushika ubu akaba ariwe awurongoye.
🖋️Atewe Intege n'icivugo c'isengero rya life center Burundi kivuga " KRISTO MURI TWE, UBUGINGO BUSAGUTSE" akongera akaba musi y'uburongozi bwiza bw'umwungere w'iryo sengero Pasteur , yarageze kuri vyishi m'ubuzima bwiwe haba mugakiza, ubuzima bwiwe bwite ndetse n'ubuzima mubijanye n'umuziki.
📍 Urugendo rw'iwe m'umuziki yarutanguye neza mumwaka wa 2014 Aho yinjira mw'ishure ry'umuziki rya Aho yashoboye gukora ibikorwa vyishi arikumwe nabamwe mubanyeshure biryo Shure;
📈mubikorwa bimwe bakoranye harimwo nko gutunganya bakongera bagakora ibiteramo bigiye bitandukanye hamwe nugufasha m'uguhinyanyura indirimbo zigiye zitandukanye zo guhimbaza Imana.
🔴yabanye hafi na mwamwenye keshi m'undirimbo zo kuramya no guhimbaza Imana haba hano iwacu ndetse nohanze y'igihugu , ndetse nubu akaba Ari mubantu bafashanya vya hafi mumuziki.
🟢 Ubu agiye gushira hanze indirimbo 3 zisanzwe ari zimwe mundirimbo zari ziri murukurikirane rwindirimbo 10 vyitezwe kazosohora muruno mwaka wa 2024.
Ushobora kuba uwambere mukuzikurikirana uciye kurino link👇👇👇:
🔗https://youtube.com/-jt5pi?si=55spFDuJuMjZr85D