Dushi Entertainment

  • Home
  • Dushi Entertainment

Dushi Entertainment Services de Divertissement et Organisation des Evenements
Accompagnements des Artistes
Service de Publicité et de Marketing

TWESE TURI BAMWE EVENT🔴Twese turi bamwe, dusangiye akabisi n'agahiye.📌Mu ntumbero yo guhimbaza ubumwe bw'abarundi no Kwi...
05/02/2025

TWESE TURI BAMWE EVENT

🔴Twese turi bamwe, dusangiye akabisi n'agahiye.

📌Mu ntumbero yo guhimbaza ubumwe bw'abarundi no Kwibuka umuririmvyi rurangiranwa Léonard Sinzinkayo, yitavye Imana italiki 04/02/2019, Ishirahamwe Que Passa ryaratanze ikiganiro ku bamenyeshamakuru kugira hamenyekanishwe igiteramo kizoba italiki 05/02/2024 ku musi wahariwe ubumwe bw'Abarundi.

🎯Kabaye akaryo keza ko kwibuka ivyaranze umuririmvyi Léonard Sinzinkayo yaranzwe n'ubumwe no guhuza abaririmvyi, aho yigeze gushira hamwe abaririmvyi baririmba ururirimbo rwagukunzwe cane bise "Twese turi bamwe" akaba yarigeze kuba umuyobozi mu Bushikiranganji bw'imico n'akaranga eka mbere akaba ariwe yatanguje Ishirahamwe ry'ubucuti bw'abaririmvyi(Amicale des anciens).

🎵 Léonard Sinzinkayo azwi mu cane mu ndirimbo "Mporeza Umwana" "Ntore Rwaruka n'izindi.."

🎶Ico giteramo kiza kubera ku bunywero Que Passa itariki 05/02/2025, aho kiza kuremeshwa n'umurwi The Finess Band urongowe na Clovis Toussaint umuhungu asigwa na Léonard Sinzinkayo ubaha umuziki w'ikibiriraho(Music Live)kwinjira azoba ari ku buntu...

| CONCERT |💃🏿 Vania Ice vous invite au concert "LE GRAND DÉBUT" pour célébrer et danser ensemble sur la scène de l'IFB 🎶...
31/01/2025

| CONCERT |

💃🏿 Vania Ice vous invite au concert "LE GRAND DÉBUT" pour célébrer et danser ensemble sur la scène de l'IFB 🎶

📅 Aujourd'hui Vendredi le 31 janvier à 18h à l'IFB

💸 Tarif unique : 5 000Bif

🤗 Venez nombreux pour vivre une soirée inoubliable ! 🥳

  2024 : Umugwi  muzik niwo wabaye uwambere muri catégorie ya Up coming artist mw'ihiganwa ritunganywa na Dushi Entertai...
31/12/2024

2024 : Umugwi muzik niwo wabaye uwambere muri catégorie ya Up coming artist mw'ihiganwa ritunganywa na Dushi Entertainment

  2024 : Indirimbo   ya Yanick Uttar niyo yabaye indirimbo y'umwaka muri   kuri Dushi Entertainment
31/12/2024

2024 : Indirimbo ya Yanick Uttar niyo yabaye indirimbo y'umwaka muri kuri Dushi Entertainment

  2024 : Indirimbo   ya Melanin boy niyo yabaye indirimbo y'umwaka muri   kuri Dushi Entertainment
31/12/2024

2024 : Indirimbo ya Melanin boy niyo yabaye indirimbo y'umwaka muri kuri Dushi Entertainment

  2024 : Amatora yarangiye nguko uko bagiye barakurikirana :● Isezerano ya Melanin boy niyo yabaye indirimbo y'umwaka mu...
31/12/2024

2024 : Amatora yarangiye nguko uko bagiye barakurikirana :
● Isezerano ya Melanin boy niyo yabaye indirimbo y'umwaka muri Secular
●Aranzigama ya Yanick Uttar niyo yabaye indirimbo y'umwaka muri Gospel
● Umugwi muzik niyo yastinze muri Catégorie ya Up coming artist
Abo nibo batsinze kuri Dushi Entertainment mudufashe kubakeza hama tuzosubira mu mwaka uza muri 2025

04/12/2024

Big Fizzo na Dudu T. Niyukuri nibo batsinze mu mwaka uheze,
Boom , na Scholars Center nibo badushigikiye mukuduha , Dushi Entertainment turugurira imiryango uwo wese yifuza gushigikira igikorwa hama natwe tukamuha , ufise ico ubaza uhamagara kuri 61711211

03/12/2024

Top7 2024 Amatora arabandanya ku mbuga za Dushi Entertainment , Sat-B na Melanin boy nibo baza imbere muri Secular ku ndirimbo zabo bien na hama muri abari imbere ni Pasteur Lopez Nininahazwe n'umurwi MTC-More Than Conquerors kundirimbo zabo y'akandi karyo hamwe na .
Kwirikirana ikiganiro cose ngaha 👇👇👇

https://youtu.be/MzyGem7vlLs?si=sahHtM3p1ns5oW-P

Merci # YAGA TECH TV

Spoks Man Burundi
Spoks Man Umuvugizi

  2024 Secular 1. Kurukuta by MB Data ft B-face On The'flo 2. Kosho by Drama T 3. Isezerano by Melanin boy 4. Je vais bi...
01/12/2024

2024 Secular

1. Kurukuta by MB Data ft B-face On The'flo
2. Kosho by Drama T
3. Isezerano by Melanin boy
4. Je vais bien Sat-B
5. Kazima Imana inkunda by Dj Fernando +257
6. Kwepa by Kirikou A Kili ft Dj-Philbyte & Double-jay OnceAgain
7. Iryanyuma by Lino G

Tora indirimbo yakunzwe cane uyu mwaka

  2024  1. Zoé by MTC-More Than Conquerors 2. Yitwe Imana Redemption Voice 3. Imana y'akandi karyo by Pasteur Lopez Nini...
01/12/2024

2024

1. Zoé by MTC-More Than Conquerors
2. Yitwe Imana Redemption Voice
3. Imana y'akandi karyo by Pasteur Lopez Nininahazwe
4. Ya minsi by Alvella Muhimbare
5. Ndafise impamvu by Fortran Bigirimana
6. Aranzigama by Yanick Uttar
7. Birakwumvira by irimbere

Tora indirimbo yakunzwe cane uyu mwaka

  2024 :Nguru urutonde rw'indirimbo 14 zabiciye biracika mu mwaka tugire turangize wa 2024, Tora ucishije muri commentai...
01/12/2024

2024 :

Nguru urutonde rw'indirimbo 14 zabiciye biracika mu mwaka tugire turangize wa 2024, Tora ucishije muri commentaire indirimbo imwe yakunzwe cane muri Gospel , mwongere mutore n'indirimbo yakunzwe cane muri Secular, hama iyizotsinda izoronswa ibahasha rya 700.000 Fbu hambavu y'ubundi burusho izoronswa.

N.B : Amatora abera ku mbuga za Dushi Entertainment, akazorangira le 29 Décembre 2024. Murakoze

  2024 coming soon Nizahe ndirimbo zabiciye biracika muruno mwaka tugire turangize wa 2024?Nkuko twama tubikora muri Dus...
27/11/2024

2024 coming soon

Nizahe ndirimbo zabiciye biracika muruno mwaka tugire turangize wa 2024?

Nkuko twama tubikora muri Dushi Entertainment aho dushimira indirimbo 2 zakoze neza umwaka wose, nuyu mwaka haragereje ko dukora ico gikorwa.

Fyonda ngaha https://youtu.be/2QaTUWYTSGk?si=yhkLzu1D9vm9R0J- mukurikirane uko vyagenze mubirori vyo gutanga ubushimwe, tubibutsa kandi ko Big Fizzo ariwe yatsinze mu muce wa Secular, na Dudu T. Niyukuri mu muce wa Gospel.

Ubu rero ikibazo dufise sikindi, nizahe ndirimbo 7 zabiciye biracika muri Gospel hamwe n'indirimbo zabiciye biracika muri Secular, ko umengo birahava bigorana turavye ukuntu indirimbo zakunzwe ari nyinshi, turasavye mudufashe muri commentaire

Kidum Kibido yahambije Vichou Love , Dj Fernando +257 n'umugwi   mugiteramo VVIP CONCERT citiriwe AKIWACU buca kibera ku...
31/07/2024

Kidum Kibido yahambije Vichou Love , Dj Fernando +257 n'umugwi mugiteramo VVIP CONCERT citiriwe AKIWACU buca kibera kuri VAN BEACH Resort

This Is 19th Le 14 septembre on sera à Lille pour le 🇧🇮BRADFESTVenez nombreux gucelebura🤌🔥🇧🇮
31/07/2024

This Is 19th
Le 14 septembre on sera à Lille pour le 🇧🇮BRADFEST
Venez nombreux gucelebura🤌🔥🇧🇮

LA BOSS CONCERT - 2 JOURSNatacha Burundi yaraye asangiye n'abaririmvyi bagenziwe B-face On The'flo , Lolilo Simba , Doub...
31/07/2024

LA BOSS CONCERT - 2 JOURS
Natacha Burundi yaraye asangiye n'abaririmvyi bagenziwe B-face On The'flo , Lolilo Simba , Double-jay OnceAgain , Kirikou A Kili , Fabelove DA K.SHAN BOY na D-ONE Offical tubibutsa kandi ko bose bazohurira mugiteramo kimwe co kuwa 03 Myandagaro 2024 kuri Hôtel Source du Nil

Drama T ,  Melanin boy , n'umugwi   nibo  baririmvyi bazoteramisha muri KIGINGI SUMMER COMEDY, tubibutse kandi ko hazoba...
31/07/2024

Drama T , Melanin boy , n'umugwi nibo baririmvyi bazoteramisha muri KIGINGI SUMMER COMEDY, tubibutse kandi ko hazoba hari abandi ba comédiens benshi bazoba baje gushigikira Kigingi Official tutibagiye Dj na Dj 🇫🇷

Address


Telephone

+25777531300

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Dushi Entertainment posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Videos
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Event Planning Service?

Share