04/12/2022
Abaririmvyi mukunda kwigana nihagira uwigana kuririmba mkombozi nzoca ntanga agashimwe umuririmvyi mkombozi afise imisitari yiwe yisangije kandi utamuzi numuntu mwiza ahuza nabantu mubuzima bwiwe ntarigera ari biff nkabandi baririmvyi jewe ndakunda cneeee mkombozi ahari hose yubahwe