Ln boy

Ln boy Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ln boy, Sports Promoter, muramvya, Ho Chi Minh City.

🚨✅ PROGRAMME DES MATCHS DE MARDI LE 12/3/2024.🇪🇺 UEFA CHAMPIONS LEAGUE : FC Barcelona 🇪🇦 - 🇮🇹 Napoli : 22h Arsena 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧...
12/03/2024

🚨✅ PROGRAMME DES MATCHS DE MARDI LE 12/3/2024.

🇪🇺 UEFA CHAMPIONS LEAGUE :

FC Barcelona 🇪🇦 - 🇮🇹 Napoli : 22h
Arsena 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 - 🇵🇹 FC Porto : 22h

AFC CHAMPIONS LEAGUE :

🚩Ulsan Hyundai - Jeonbuk FC : 12h
🚩Al Ittihad - Al Hilal : 22h

🇩🇪 ALLEMAGNE : DFB CUP : QUART DE FINALE

🇩🇪FC Saarbrücken - Bayern Monchenglandbach : 21h 30'

🇪🇬 EGYPTE : PREMIER LEAGUE :

🇪🇬El Gounah - El Zamalek : 21h 30'
🇪🇬National Bank - Al Ahly : 21h 30'
🇪🇬ZED FC - Al Masry : 21h 30'

🇿🇦 AFRIQUE DU SUD : PREMIER LEAGUE

🇿🇦Mamelodi sundowns - Super sport United : 19h 30'

🇹🇿 TANZANIE : PREMIER LEAGUE

🇹🇿Simba SC - Singida Big stars : 15h
🇹🇿Kagera Sugar - Mtibwa Sugar : 18h

🇺🇬 OUGANDA : PREMIER LEAGUE

🇺🇬BUL FC - UPDF FC : 15h

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 ANGLETERRE : CHAMPIONSHIP

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿Birmingham city - Middlesbrough : 21h 45'

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 ANGLETERRE : LEAGUE 1

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿Carlisle United - Barnsley : 21h 45'
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿Derby County - Reading : 21h 45'
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿Fleetwood Town - Bristol Rovers : 21h 45'
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿Leyton orient - Port vale : 21h 45'
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿Lincoln city - Cambridge United : 21h 45'
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿Northampton Town - Blackpool : 21h 45'
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿Portsmouth - Burton Albion : 21h 45'
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿Shrewsbury Town - Exeter city : 21h 45'
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿Wycombe Wanderers - Wigan Athletic : 21h 45'
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿Bolton Wanderers - Oxford United : 21h 45'

🇦🇺 AUSTRALIE : A- LEAGUE

🇦🇺Melbourne City FC - Western Sydney Wanderers FC : 10h

🇮🇳 INDIA : I- LEAGUE

🇮🇳Namdhari FC - TRAU : 12h
🇮🇳Mohammedan SC - Churchill Brothers : 15h 30'

🇶🇦 QATAR : QATAR STARS LEAGUE

🇶🇦Al- Rayyan - Umm Salal : 20h 30'
🇶🇦Qatar SC - Al Ahli : 20h 30'

🇺🇦 UKRAINE : PREMIER LEAGUE

🇺🇦Cherkasy - SC Dnipro -1 : 13h
🇺🇦Dynamo Kiev - Zorya : 15h 30'.

✅𝗢𝗙𝗙𝗜𝗖𝗜𝗔𝗟: FC Barcelona bano bakinyi mubona kwisanamu nibo Xavi azokoresha kumusi wejo murukino bazohura na Alaves 17h15...
11/11/2023

✅𝗢𝗙𝗙𝗜𝗖𝗜𝗔𝗟: FC Barcelona bano bakinyi mubona kwisanamu nibo Xavi azokoresha kumusi wejo murukino bazohura na Alaves 17h15

🚑Frenkie De Jong arimumvune ntazoboneka

Pablo Gavi ari Suspendu ntazokina kubera amakarata y'umuhondo menshi afise

✍️Ln boy

🚨🚨Mbivuga  nti Mutama  Harry Kane  yarambiwe n'amajambo abwirwa ngo ntagikombe aratwara 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿🔥Ahawe impira 2 ivamwo ib...
11/11/2023

🚨🚨Mbivuga nti Mutama Harry Kane yarambiwe n'amajambo abwirwa ngo ntagikombe aratwara 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿🔥

Ahawe impira 2 ivamwo ibitsindo na Leroy Sané abona guterekamwo ibitsindo 2 mugice cambere m'urukino biriko bakina na Heidenheim (2-0)

HT BayernMünchen 2-0 Heidenheim

14'⚽️Harry Kane
44'⚽️Harry Kane

14'🎯Leroy Sane
44🎯Leroy Sane

Harry kane akwije ibitsindo 17 munkino 11 ; aha ashobora guterekamwo ibindi nka2 mugice ca kabiri

✍️Ln boy

🚨🚨 BOUM 🔥 Mugihe bari bayikoze mujisho mukiyigombora ibitsindo 2 yari yatsinze mugice  cambere c'urukino  FC Bayern Münc...
11/11/2023

🚨🚨 BOUM 🔥 Mugihe bari bayikoze mujisho mukiyigombora ibitsindo 2 yari yatsinze mugice cambere c'urukino FC Bayern München yongeye kurundamwo ibindi bitsindo 2

FT Bayern München 4-2 Heidenheim

14⚽️ Harry Kane
44'⚽️Harry kane 67'⚽️ Krindienst
72'⚽️Rafael Guerreiro 70'⚽️Best
85'⚽️Jean Eric Maxim chupo Moting

Mwabantumwe Harry Kane azomara abadagi ndabarahiye🙅

Ln boy

🚨🚨Yooooooo😭😭 Borussia Dortmund  yakubiswe na Stuttgart (1-2) mugihe FC Bayern München  yahejeje gukora umuti Inyuma yo k...
11/11/2023

🚨🚨Yooooooo😭😭 Borussia Dortmund yakubiswe na Stuttgart (1-2) mugihe FC Bayern München yahejeje gukora umuti

Inyuma yo kuva mumvune wa mugabo Sehrou guirassy yamuka muri Guine agiye abihayeko anakwiza ibitsindo 15 munkino 9 amaze gukina muri Bundesliga

FT Stuttgart 2-1 Borussia Dortmund

⚽️Nicolas furklug

⚽️Deniz Undav
⚽️Sehrou guirassy

Sehrou guirassy yzri yinjije k'umunota wa 67' atumye Dortmund irara yikoreye amaboko 🙆‍♂️

✍️Ln boy

🇧🇮🚨🚨Bashiki bacu birangiye batakaje urukino rwambere bakinye na RDC  munkino zo kurondera itike ry'igikombe c'isi kizobe...
11/11/2023

🇧🇮🚨🚨Bashiki bacu birangiye batakaje urukino rwambere bakinye na RDC munkino zo kurondera itike ry'igikombe c'isi kizobera muri Colombia 🇨🇴

Umugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba officiel w'abigeme batarenza imyaka 20 bahejeje gutakaza urukino rwabo rwambere imbera y'igihu ca congo 🇨🇩 munkino zo kurondera itike ry'igikombe c'isi

🇨🇩 CONGO 3-2 BURUNDI 🇧🇮

Ndabibutse ko urukino rwo gusubiriza ruzoba igenekerezo rya 17 /11/2023 muri Congo

Igitsindo kimwe (1-0) nico Intamba zisabwa kugira zishobore kubandanya kuko kunganya (3-3) Intamba mu Rugamba zica zibandanya

Tubandanye kubashigikira 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Ln boy

😱Ehe ivyo Barcelona y'ayigeme ikoreye Villarreal y'ayigeme FT ️Villarreal 0-6  FC Barcelona 🔵🔴Aitana (14),(50)⚽⚽🔵🔴Oshoal...
11/11/2023

😱Ehe ivyo Barcelona y'ayigeme ikoreye Villarreal y'ayigeme

FT ️Villarreal 0-6 FC Barcelona

🔵🔴Aitana (14),(50)⚽⚽
🔵🔴Oshoala (24),(85)⚽⚽
🔵🔴Salma (77)⚽
🔵🔴Hansen (82)⚽

Inyuma yo gutwara Ballon d'Or Aitana bonmati abandanya kwigaragaza

Ibiriko biranka mubagabo biriko bikunda mubagore😂😂

✍️Ln boy

🇨🇵BOUM 🔥 Erega yaratsinze yaratsinze ibitsindo  4 wenyene icanyuma baracanka FT stade Reims 0-3 Paris-Saint-Germain ⚽️⚽️...
11/11/2023

🇨🇵BOUM 🔥 Erega yaratsinze yaratsinze ibitsindo 4 wenyene icanyuma baracanka

FT stade Reims 0-3 Paris-Saint-Germain

⚽️⚽️⚽️Mbappe

Akwije ibitsindo 15 munkino 15 amaze gukinira PSG

Ibitsindo 13 munkino 12 muri Ligue 1 Uber Eats

Ibitsindo 2 munkino 3 muri UEFA Champions League

✍️Ln boy

🛢️🛢️| Real Madrid XI 🔥🔥🔥🔥🔥🔥    Abafana mutubarire ukwo mwiteze urukono    ✍️ Ln boy       Kora suivre na partage kurino ...
11/11/2023

🛢️🛢️| Real Madrid XI 🔥🔥🔥🔥🔥🔥

Abafana mutubarire ukwo mwiteze urukono


✍️ Ln boy
Kora suivre na partage kurino page yacu kugir tuze tugasangira amakuru avurwa ahatandukanye y'inkino🤝
Ntimwibagire j'aime hamwe na comment 🙏

Uku Niko inkino zitegekanijwe uno musi mumahiganwa atandukanye 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Wolves 🆚 Tottenham (14:30)🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Arsenal 🆚 Burnl...
11/11/2023

Uku Niko inkino zitegekanijwe uno musi mumahiganwa atandukanye

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Wolves 🆚 Tottenham (14:30)
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Arsenal 🆚 Burnley (17:00)
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 C. Palace 🆚 Everton (17:00)
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Man United 🆚 Luton (17:00)
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Bournemouth 🆚 Newcastle (19:00)

🇫🇷 Reims 🆚 PSG (18:00)
🇫🇷 Havre 🆚 Monaco (22:00)

🇩🇪 Augsburg 🆚 Hoffenheim (16:30)
🇩🇪 Bayern 🆚 Heidenheim (16:30)
🇩🇪 Darmstadt 🆚 Mainz (16:30)
🇩🇪 Stuttgart 🆚 B. Dortmund (16:30)
🇩🇪 Bochum 🆚 Köln (19;30)

🇪🇸 R. Vallecano 🆚 Girona (15:00)
🇪🇸 Almería 🆚 R. Sociedad (17:15)
🇪🇸 Granada 🆚 Getafe (19:30)
🇪🇸 Osasuna 🆚 Las Palmas (19:30)
🇪🇸 Real Madrid 🆚 Valencia (22:00)

🇮🇹 Lecce 🆚 AC Milan (100)
🇮🇹 Juventus 🆚 Cagliari (00)
🇮🇹 Monza 🆚 Torino (21:45)

Ln boy

🛢️🛢️|YOOOH!!! Arda Güler yongeye Gukomereka Imvune Yagize yisubiyemwo Uwumusore ahava Aba nka Hazard kweli!!!❌          ...
10/11/2023

🛢️🛢️|YOOOH!!! Arda Güler yongeye Gukomereka Imvune Yagize yisubiyemwo Uwumusore ahava Aba nka Hazard kweli!!!❌

✍️Ln boy

🚨Muri Girona FC ngo bagomba kwisubiza umutama wabo ariwe Team Invasion  w'imyaka 32 aheruka kuja muri FC Barcelona Umwe ...
10/11/2023

🚨Muri Girona FC ngo bagomba kwisubiza umutama wabo ariwe Team Invasion w'imyaka 32 aheruka kuja muri FC Barcelona

Umwe mundongozi za Gérone ngo abona ko bigoye ko bumvikana na FC Barcelona ariko ngo birashoboka

Inkomoko y'inkuru ( Fabrizio Romano )

Abafana ba Barcelona mubona vyokworoha Oriol Romeu atandukanye n'umugwi wanyu ❓

Ln boy

⚽⭕Kubera iki uyu muhungu aho nciye nsigaye numva mumwita poutine❓😂Wamuhungu afise indoto yokuzoba capitaine wa Real Madr...
10/11/2023

⚽⭕Kubera iki uyu muhungu aho nciye nsigaye numva mumwita poutine❓😂

Wamuhungu afise indoto yokuzoba capitaine wa Real Madrid muri kazoza yaraye yongereje amasezerano y'imyaka 5.

Uwo nawe s'uwundi ni Fede Valverde yaraye ateye umukono kumasezerano azomush*tsa muri 2029.

Aho iwanyu namwe mumwita Gute❓

👉Tubasabe kwinjira murino Page kugira mubandanye muronka amakuru menshi y'inkino agezweho, Mukwinjira fyonda aho handitse Suivre canke Follow. Murakoze🙏

Ln boy

⚽⭕Mugihe umugwi wiwe wa Grêmio warumaze gutsindwa (3-1) vyamutwaye iminota 19 kugira abatsindire ibitsindo 3 wenyene vya...
10/11/2023

⚽⭕Mugihe umugwi wiwe wa Grêmio warumaze gutsindwa (3-1) vyamutwaye iminota 19 kugira abatsindire ibitsindo 3 wenyene vyanabahaye intsinzi👀🔥

FT Botofogo 3-4 Gremio

6'⚽️Diego costa
29'⚽️Junior Santos
46'⚽️Marlon Freitas

⚽️9'Everton
⚽️ 50’ Luis Suárez
⚽️ 54’ Luis Suárez
⚽️ 69’Luis Suárez

Mwebwe mwamwita gute ngaho iwanyu😎
twebwe twibuka rwa menyo🤣🤣

👉Tubasabe kwinjira murino Page kugira mubandanye muronka amakuru menshi y'inkino agezweho, Mukwinjira fyonda aho handitse Suivre canke Follow. Murakoze🙏

Yitwa Nestory Iradukunda, afise amaraso y'uburundi akaba akinira umugwi wa Adélaïde United muri Australie 🇦🇺🇧🇮Nk'ukwo tu...
10/11/2023

Yitwa Nestory Iradukunda, afise amaraso y'uburundi akaba akinira umugwi wa Adélaïde United muri Australie 🇦🇺🇧🇮

Nk'ukwo tubikesha Fabrizio Romano, Bayern München yiteguye gusinyisha Nestory Iradukunda w'imyaka 17.

Hamaze kubaho ukwemeranya kumunwa, Bayern izoriha imiriyoni 3€ gushirako ama bonus.

Nestory ntarahitamwo igihugu azokinira n'ubwo yagiye arerekana vyinshi vyemeza ko ari umurundi.

N'ubwo yavyerekanye, ntitwobifatirako kuko na Trésor yavyemera vyarangiye ahisemwo gukinira ububirigi.

Ln boy

🚨 Indwi iza izoba indwi ikomeye cane yo kumenya nimba Victor Roque agiye kwinjira muri Barça mukwezi kwambere canke mukw...
10/11/2023

🚨 Indwi iza izoba indwi ikomeye cane yo kumenya nimba Victor Roque agiye kwinjira muri Barça mukwezi kwambere canke mukwa gatandatu !

Uvy'uno mukinyi na FC Barcelona vyaramaze kurangira, hasigaye ko bariha gusa agaheza akabasinyira.

Hari ukwemeranya ko azowusinyira mukwezi kwambere ariko kumvo z'abakinyi Barça ifise n'uburyo, ashobora kurindira akazowinjiramwo mukwa 6.

Nk'ukwo vyemezwa na SPORT, indwi iza niyo yo kumenyamwo ukuri kwuzuye kw'igihe azowinjiriramwo.

Kubwawe wihweje abakinyi Barça ifise, Victor yari uwo kwihutira gusinyisha mukwezi kwambere ?

Ln boy

Antoine Griezmann :🗣️ « Iyo ndiko nkina hagati, nderageza kwisunga ukwo Jude Bellingham ahakina.Buri munsi agendera kumu...
10/11/2023

Antoine Griezmann :🗣️ « Iyo ndiko nkina hagati, nderageza kwisunga ukwo Jude Bellingham ahakina.
Buri munsi agendera kumurongo wa kabiri nk'ukwo Franck Rampard yabikora.
Dutegerezwa kwigira kubandi. » ♥️⚪

Ln boy

🇵🇹 Isabukuru nziza kur'umwe mumpano nziza kuri ino si João Félix yujuje imyaka 24 uno munsi ! 🎂 👕 Amaze gukina inkino : ...
10/11/2023

🇵🇹 Isabukuru nziza kur'umwe mumpano nziza kuri ino si João Félix yujuje imyaka 24 uno munsi ! 🎂

👕 Amaze gukina inkino : 241
⚽️ Atsinda ibitsindo : 68
🎯 Atanga imipira ivamwo ibitsindo : 37

🤝 105 amaze gufasha mubitsindo 105 munkino 241 amaze gukina muri Carrière yiwe.

Ibikombe amaze kwegukana nk'umukinyi yabigize umwuga :
🏆 Laliga
🏆 Nations League
🏆 Portuguese champion

HBD TO U JOAO ! 🎂🎂
Ln boy

🛑⚪ Harry Kane ! Harry Kane ! Harry Kane! Harry Kane amaze gukina inkino 15 arikumwe na Bayern Munich. Harry Kane mwizo n...
09/11/2023

🛑⚪ Harry Kane ! Harry Kane ! Harry Kane!

Harry Kane amaze gukina inkino 15 arikumwe na Bayern Munich. Harry Kane mwizo nkino 15 , inkino 3 zonyene nizo atabonye igitsindo.

Amaze gutsinda Ibitsindo 19 atanga n'imipira ivamwo Ibitsindo 7 . Munkino 5 aheruka gukina amaze gutsinda Ibitsindo 10.🔥

Muri weekend yatsinze Hat trick Dortmund ejo hahise yaraye atsinze Doublé yahesheje qualification Bayern Munich m'urukino bariko baratsinda Galatasaray 2 kuri 1

Yaraye abaye na homme du match !🔥🔥

Uyu niwe musatirizi mwiza mwiki gihe ntawobideha.

Ln boy

🛑⚪Umuntu yaroze Manchester United ntiyakaravye ehe ngiyo barayisudiye da!Copenhague 4-3 Manchester UnitedIzindi nkino uk...
09/11/2023

🛑⚪Umuntu yaroze Manchester United ntiyakaravye ehe ngiyo barayisudiye da!

Copenhague 4-3 Manchester United

Izindi nkino uko zagenze :

🚩Real Madrid C.F. 3-0 Braga
🚩Real Sociedad 3-1 Benefica
🚩Napoli 1-1 union Berlin
🚩Arsenal 2-0 Seville
🚩PSV Eindhoven 1-0 Lens
🚩Bayern Munich 2-1 Galatasaray
🚩Red Bull Salzburg 0-1 Inter Milan
🚩Copenhagen 4-3 Manchester United

Ln boy
suivre
j'aime
comment
partage 🙏🙏

🚨🚨Inkino z'uno mugoroba muri UEFA Champions League : ⏰ 19h45 : 🇮🇹 Naples vs Union Berlin 🇩🇪 🇪🇸 Sociedad vs Benfica 🇵🇹 ⏰ ...
08/11/2023

🚨🚨Inkino z'uno mugoroba muri UEFA Champions League :

⏰ 19h45 :
🇮🇹 Naples vs Union Berlin 🇩🇪
🇪🇸 Sociedad vs Benfica 🇵🇹

⏰ 22h :

🇩🇪 Bayern vs Galatasaray 🇹🇷
🇩🇰 Copenhague vs Man Utd🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Arsenal vs Séville 🇪🇸
🇳🇱 PSV vs Lens 🇫🇷
🇪🇸 Real Madrid vs Braga 🇵🇹
🇦🇹 RB Salzbourg VS Inter 🇮🇹

Gukina kwa Jude Bellingham uno munsi ntikwashizwe inyuma cane, har'aho yotangura imbere ya SC Braga.

Ancelotti ntashaka gukengera urukino.

🚨🚨Ivyo Drogba Didier  yasavye  Erling Haaland  arabimukoreye ✅ Mubirori vya Ballon d'Or  Drogba yasavye Erling Haaland  ...
08/11/2023

🚨🚨Ivyo Drogba Didier yasavye Erling Haaland arabimukoreye ✅ Mubirori vya Ballon d'Or Drogba yasavye Erling Haaland kwishimira igitsindo nkuko yaho avyishimira atarakukuruka none yabikoze

Uku niko inkino zirangiye muri UEFA Champions League k'undwi igira 4

FT Atletico Madrid 6-0 Celtic

⚽️⚽️Alvaro Morata
⚽️⚽️Antoine Griezmann
⚽️Samuel Lino
⚽️Saul Niguez

FT Manchester city 3-0 Young boys

⚽️⚽️Erling Haaland
⚽️Phli Foden

FT AC Milan 2-1 Paris Saint-Germain

⚽️Rafael Leão ⚽️Milan Skriniar
⚽️Olivier giroud

FT Lazio Rome 1-0 Feynoord

⚽️Ciro Immobile

FT Crvena Zvezda 1-2 RB Leipzig
⚽️Benjamin Henrichs ⚽️Xavi Simon
⚽️Luis Openda

FT FC porto 2-0 Royal Antwerp

⚽️Evanilson
⚽️Pepe

Umugwi wawe wigenjeje gute ❓

Ln boy

🛢️🛢️|50' AC Milan 2-1 PSG 🚇Giroud ateye umutwe wakaga😳😳😳    Kumutwe wiwe yonakwica😗😗
07/11/2023

🛢️🛢️|50' AC Milan 2-1 PSG

🚇Giroud ateye umutwe wakaga😳😳😳
Kumutwe wiwe yonakwica😗😗

🚨🚨| 13' AC Milan 1- 1 PSG🛬Leao Atsinze Igitsindo camateka!         Kumenga bitanguye kuryoha bihava birangira gt???     ...
07/11/2023

🚨🚨| 13' AC Milan 1- 1 PSG

🛬Leao Atsinze Igitsindo camateka!

Kumenga bitanguye kuryoha bihava birangira gt???

Ln boy

🚨🚨🚨 BOOOOOOOUM🔥🔥🔥Vyarangiye!😂😂😂Barcelona irasekejwe n'umugwi uturuka mu gihugu kimaze amezi 18 kiri mu ntambara!..🤭Pedri...
07/11/2023

🚨🚨🚨 BOOOOOOOUM🔥🔥🔥

Vyarangiye!😂😂😂
Barcelona irasekejwe n'umugwi uturuka mu gihugu kimaze amezi 18 kiri mu ntambara!..🤭

Pedri bashizemwo wapi biranka
Joao Felix arajamwo biranka,
Lamine Yamal bashiramwo birananirana,
Alejandro Balde araza naho nyene biranka,

Eka na Fermin Lopez nawe nyene ntaco yafashije

Birangiye Asase atikuye mwamba,
Bigaragara ko mwamba atar'acibuka izo maître yamwigishije!😂😂😂

FT: Shakhtar 1-0 Barcelona

Dortmund 2-0 Newcastle United

Abakunzi ba Barcelona bonyene nibo nkeneye muri commentaires

Izibanze ziravuyemwo reka turabe izindi nazo

Suivre🙏
J'aime🙏
Comment🙏
Partage🙏

✍️Ln boy

🚨🚨🚨BOUM🔥 uku niko inkino zitegekanijwe unomusi muri UEFA Champions League 19:45 //Borussia Dortmund 🆚️ Newcastle united ...
07/11/2023

🚨🚨🚨BOUM🔥 uku niko inkino zitegekanijwe unomusi muri UEFA Champions League

19:45 //Borussia Dortmund 🆚️ Newcastle united

19:45 //Shaktar Donetsik 🆚️ FC Barcelona

22:00// Atletico Madrid 🆚️Celtic

22:00//Lazio Rome 🆚️Feyenoord

22:00 //AC Milan 🆚️ Paris-Saint-Germain

22:00 //Manchester city 🆚️Young boys

22:00// Crvena Zvezda 🆚️ RB Leipzig

22:00 //FC porto 🆚️ Royal Antwerp

Umugwi wawe ubona uhava utahukana amanota 3 ❓

Ln boy
suivre🙏
j'aime 🙏
comment 🙏
partage 🙏

🚨🚨OFFICIEL ✅ umugwi wa Real Madrid C.F.  ukuwe mukibanza cambere  inyuma yo kuvana na  Rayo Vallecano  atawutsinze uyund...
06/11/2023

🚨🚨OFFICIEL ✅ umugwi wa Real Madrid C.F. ukuwe mukibanza cambere inyuma yo kuvana na Rayo Vallecano atawutsinze uyundi ❌

FT Real Madrid 0-0 Rayo vallecano

1.Girona 31

2.Real Madrid 29

3.FC Barcelona 27

4.Atletico Madrid 25 (-1match)

Inzovu Girona yibereye kugiti hejuru yiraramiye mm ubona bizohava birangira ikorotse canke?😢

Ln boy

Jude Belligham yaraye agize akabazo kurutugu, ariko Carlo Ancelotti yavuze ko uyumunsi akorerwa ibipimo, kandi yemeza ko...
06/11/2023

Jude Belligham yaraye agize akabazo kurutugu, ariko Carlo Ancelotti yavuze ko uyumunsi akorerwa ibipimo, kandi yemeza ko atabintu bikomeye ashobora kuzokina muri Champions League 🆚 Braga!

🛑🚨 Ibiharuro vyavuye munkino z'imigwi ikomakomeye kurusha iyindi kumugabane wa Buraya :🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Premier League :FT : Ever...
06/11/2023

🛑🚨 Ibiharuro vyavuye munkino z'imigwi ikomakomeye kurusha iyindi kumugabane wa Buraya :

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Premier League :

FT : Everton 1-1 Brighton
FT : Newcastle 1-0 Arsenal
FT : Fulham 0-1 Man Utd
FT : Man City 6-1 Bournemouth
FT : Brentford 3-2 West Ham
FT : Luton Town 1-1 Liverpool

Uno munsi, umugwi wa Chelsea niho ukina na Tottenham.

🇪🇸 Espagne/ LaLiga :

FT : Real sociedad 0-1 FC Barcelona
FT : Real Madrid 0-0 Rayo Vallecano
FT : Las Palmas 2-1 Atletico Madrid

FC Barcelona niwo wonyene waronse amanota atatu mumigwi itatu yama ihatanira kino gikombe.

🇮🇹 Italie / Série A :

Salernitana 0-2 Napoli
Milan 0-1 Udinese
Atalanta 0-2 Inter Milan
Fiorentina 0-1 Juventus

🇩🇪 Allemagne / Bundesliga :

FT : Mainz 05 2-0 RB Leipzig
FT : Dortmund 0-4 Bayern Munich
FT : Hoffenheim 2-3 Bayer Leverkusen

🇨🇵 France / Ligue 1 :

FT : PSG 3-0 Montpellier
FT : Marseille 0-0 Lille
FT : Monaco 2-0 Brest

Umurwi wawe ubona witwaye gute?
Tubasabe kugira S'abonner
j'aime
comment
n'a partage 🙏🙏
LN boy

🛑🟢 XI bagiye gutangura K'uruhande rwa Real Madrid C.F. Real Madrid - Rayo vallecano : 22 hKepaFran GarciaAlabaRüdigerCar...
05/11/2023

🛑🟢 XI bagiye gutangura K'uruhande rwa Real Madrid C.F.

Real Madrid - Rayo vallecano : 22 h

Kepa

Fran Garcia
Alaba
Rüdiger
Carvajal

Camavinga
Modric
Valverde
Bellingham

Vini jr
Joselu

Urutonde murubona gute ❓ Real Madrid ivamwo iyacura?

Obède Ln boy

Address

Muramvya
Ho Chi Minh City

Telephone

+25762527741

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ln boy posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ln boy:

Videos

Share


Other Sports Promoters in Ho Chi Minh City

Show All